Blog

Fondation Femidejabat ryatanguje uruganda rwo kuronsa ikirata yo kwivurizako ku buntu ( CAM )


Mu ntumbero yo kubandanya ifasha ba ntahonikora bo mu gihugu cacu c’Uburundi, ishirahamwe Fondation Femidejabat ryatanguje uruganda rwo kuronsa ikirata yo kwivurizako ku buntu ( CAM ) kuri ba ntahonikora bo mu ntara za Bujumbura, Gitega, Bubanza na Rumonge. Ivyo bikorwa rero bikaba vyatanguriye muri komine Isara yo mu ntara ya Bujumbura, aho imiryango yaba ntahonikora igera kuri 30 yo muri iyo komine nyene yashoboye kuronswa ayo ma karata.

Twobamenyesha kandi ko ayo ma karata agiye gufasha iyo miryango kwivuza ku buntu mu kiringo kingana n’umwaka.

Inkuru yanditswe na Bamuhaye Chancelle

Leave a Comment

Name*

Email* (never published)

Website